Akanyuma" Is Out Now: https://youtu.be/Ym7PQBh9EjU • Digital Platforms https://bfan.link/aka-nyuma-natacha-ft-jaivah%0A Video Director: Msafiri Travels The song was produced by S2Kizzy. Music video by Natacha Javiah performing YOTE. #natacha #jaivah #akanyuma © 2024 Natacha Lyrics AKANYUMA By NATACHA Ft JAIVAH Verse: Natacha Nawe, kundaba cane Ukibagira ibibazo vyawe Nawe kutovye none Urasohoka ugakavya cane Nawe kugara cane Kwiparatura, nivyo vyawe Nawe, Kutesa none Ingorane nimwe Wishima cane Pre chorus: Ntaco murabona Mbuze amababa noguruka Mukabona mpita Akayaga kagahita Ndabasororera Tugatagata tugaryoherwa Mwagera i muhira Udusaku ngo ndasesagura Chorus: Ako kanyuma niko kabi umuntu wanje Ako kanyuma niko kabi (x4) Ako kanyuma Akanyuma Akanyuma niko kabi (x2) Verse: Jaivah Sasa ukinisema vibaya Utapata nini Halafu ukiniona ugwaya Unagwaya nini Esikhundleni sokuba umelane nami Lalela vele uhlanganyele nami (x2) Hebu niondolee cap Nitolee cap Acha kufukua fukua mambo yangu Hebu Niondolee cap Hebu niondolee cap Nitolee cap Watu kama nyinyi Cuba mnabanduka Hebu niondolee cap Pre chorus : Ntaco murabona Mbuze amababa noguruka Mukabona mpita Akayaga kagahita Ndabasororera Tugatagata tugaryoherwa Mwagera i muhira Udusaku ngo ndasesagura Chorus: Ako kanyuma niko kabi umuntu wanje Ako kanyuma niko kabi (x4) Ako kanyuma Akanyuma Akanyuma niko kabi (x2) #natacha #akanyuma #queen

jaivahnatachaburunditanzaniakenyaugandagram awardgrammy awardtbmsofwaretrumpelectionwarmusicforsureDiamondplatnumzjay zbeyonceusahotel club du lac tanganyika